Itangazo rimenyesha ko hagiye gukoreshwa ibiharuro bimwe kumihora itandukanye ikoresha ubuhinga bw’itumatumanako amakuru biciye mumaterefone ngendanwa

Urwego rw’igihugu rujejwe kugenzura itunganywa ry’ubuhinga bw’itumatumanako amakuru (ARCT) ruramenyesha abakoresha ubuhinga bw’itumatumanako amakuru biciye ku ma terefone ngendanwa ko hagiye gukoreshwa ibiharuro bimwe abanywanyi bifashisha kumihora itandukanye ikoresha ubuhinga bw’itumatumanako amakuru biciye mumaterefone ngendanwa. Akamaro ko gukoresha ibiharuro bimwe kumihora itandukanye nuko vyorosha kumenya amakuru y’umuhora bitagoranye ariko kandi no guteza imbere ivy’itumatumanako amakuru […]

Communiqué au public des nouveaux codes harmonisés pour faciliter l’accès aux services offerts par tous les opérateurs de la téléphonie mobile

L’ARCT porte à la connaissance du public que des nouveaux codes harmonisés ont été mis en place pour faciliter l’accès aux services offerts par tous les opérateurs de la téléphonie mobile afin d’éviter que ces derniers n’implémentent des codes différents sur les services communs. L’utilité d’utilisation des codes hormonisés repose sur un accès facile aux […]