ITANGAZO RIJANYE N’ISHIGWAHO RY’UBUHINGA BUSHASHA BWO GUTOHOZA KU MABI AKORERWA KU MATEREFONE
I kigo Leta kijejwe gutunganya no kugenzura ivyo gutumatumanako amakuru ARCT kiri n’iteka ryo kumenyesha abenegihugu ko cashizeho ubuhinga ngurukanabumenyi bugiye kworohereza abitura ico kigo ku mabi baba bakorewe biciye ku mihora ya téléfone canke abibwe amaterefone. Ubwo buhinga buje gufasha kugabanya ingendo n’umwanya abanywanyi… Lire la suite »ITANGAZO RIJANYE N’ISHIGWAHO RY’UBUHINGA BUSHASHA BWO GUTOHOZA KU MABI AKORERWA KU MATEREFONE



