Itangazo kubakoresha ubuhinga bwo guhanahana amafaranga biciye muma terefone ngendanwa
Hamaze imisi hibonekeza ubusuma bw’amafaranga bukorerwa kuma terefone ngendanwa bugakorerwa abenegihugu hamwe n’aba Agents bafasha mu kubika, kubikura canke kurungika amafaranga ku mbuga za LUMICASH, ECOCASH n’izindi. Ku bwivyo ubuyobozi bw’ikigo ARCT bwibukije ibi bikurikira : Imbere yo kurungika amafaranga yawe, itonde urabe inomero uyarungitseko n’izina… Lire la suite »Itangazo kubakoresha ubuhinga bwo guhanahana amafaranga biciye muma terefone ngendanwa